BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
IKIBIRIRAHO, Harry Kane abaye Umwongereza wa mbere utsindiye Ballon d'Or nyuma y'imyaka 25
Harry Kane abaye Umwongereza wa mbere utsindiye igihembo cy’uwahize abandi mu mupira w’amaguru ku isi cya Ballon d’Or kuva Michael Owen agitsindiye mu mwaka wa 2001.
Bolsonaro yanse kwemera intsinzi ya Lula, asaba ko ivyavuye mu matora bifutwa
Flávio Bolsonaro yari yiteze gushikiriza ijambo ryo guhimbaza intsinzi yiwe muri iri joro i Brasília, inyuma y’uko mu gice ca mbere c’amatora yari yaje imbere y’uwo bahiganwa.
Gabon yongeye gufungura imbuga nkoranyambaga nyuma y'amezi umunani zifunze
Abategetsi bari basobanuye uko kuzifunga bavuga ko ibitangazwa ku mbuga zo kuri murandasi byari birimo gukongeza amakimbirane, mu gihe abatavuga rumwe n'ubutegetsi bari bamaganye icyo cyemezo bavuga ko ari ugukoresha ubutegetsi nabi.
Rwanda: Inkongi y'umuriro yibasiye isoko rya Gisozi iteza igihombo cya miliyari z'amafaranga
Inkongi y'umuriro yadutse mu rukerera rwo kuri iki Cyumweru yibasiye igice kinini cy'isoko ry'ibikorwa by'ubukorikori rya Gisozi mu Mujyi wa Kigali, itwika amaduka menshi n'ibicuruzwa bifite agaciro gakomeye.
Ni nde uno mwirabure umwe rudende yari mu bwato Titanic bwagize isanganya mu 1912?
Joseph Laroche yari afise imyaka 25 igihe yaba umwe mu baguye mw'isanganya rikomye ry'ubwato bwa Titanic mu 1912.
'Aka ni ko karyo ka nyuma ko kumuzibira': Obama yateye ivyatsi Trump mu kwiyamamariza Abademokarate
Obama yavuze ko aya matora ari yo "mahirwe yacu meza ya nyuma yo kugerageza guhagarika ubupfu bumwe bumwe buranga iyi ntwaro."
Abantu bababa 1000 baraye batawe muri yompi mu migumuko yabaye mu Bufaransa
Abategetsi b’Ubufaransa bavuga ko abantu hafi 1.000 bafashwe mu migumuko yaturutse ku myiyerekano yo kwiyamiriza ubuzima buzimvye, isanzwe iriko iba no mu bindi bihugu bimwe vya Buraya.
Icari c'Inkona: Vyinshi kuri iyi nyubakwa ya Hitler yafashwe n'umuriro mu Budagi
Umuntu umwe yafashwe mu Budagi, mu gihe amatohoza akibandanya ku cateye umuriro ku nyubakwa ya Hitler izwi nk'Icari c'Inkona yafashwe n'umuriro.
Amajwi, Ikiganiro Imvo n'imvano ku runani rwa gisirikare FRN rwasubiriye AFC/M23 ngo rurwanye reta ya Congo Kinshasa, Umwanya bimara 59,00
Iki kiganiro kigaruka kw’ishingwa ry’urunani rwa politike na gisirikare FRN rurongowe na Joseph Kabila, yahoze arongoye Repubulika ya Demokarasi ya Congo, akaba yagiye ahabona ngo arwanye reta y’ico gihugu.
Ubudagi 'burageramiwe n'ibitero vya maneko' vy'Uburusiya, bivugwa n'umukuru wa reta Mertz
Umunya-Ukraine yarafashwe yiketswe gukorera igendereza ry'Uburusiya, akaba ari umwe mu batari bake bamaze gufatwa muri uno mwaka ku caha nk'ico.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Robert Kabera: Human Rights Watch isaba Uganda gukora itohoza ryimbitse ku rupfu rwiwe
Mu cegeranyo HRW yasohoye isa n'iyigaragaza ko Urwanda rushobora kuba hari uruhara rwagize mw'igandagurwa ryiwe.
Umugore wanduye Ebola muri Nigeria yemejwe ko ari umugore w'umudipolomate w'Ubusuwisi
Abategetsi bo mu Busuwisi bavuga ko umugabo we ubu ari mu kato ariko nta bimenyetso aragaragaza.
Menya bamwe mu banegura ubutegetsi bw'Urwanda impfu zabo zateye ibibazo n'amakenga
Reta y'Urwanda yagiye ihakana ivy'uko ifise uruhara mu mpfu z'abayinegura, ariko hari zimwe zagumye zikurikiranirwa hafi n'amashirahamwe aharanira agateka ka muntu, kubera igipfungu n'ibibazo vyibazwa ku kuntu izo mpfu zagenze.
RD Congo: Ububirigi bwateye ivyatsi umuhari FRN witwaje ibirwanisho urongowe na Joseph Kabila
Ni ubwa mbere Ububirigi, igihugu cakolonije RDC, bugize ico bushikiriza ku mugaragaro kw'ivuka ry'umuhari FRN.
'Namenye ntevye ko umucance wanje Ndadaye bamugandaguye ... nabikiwe na musenyeri Bududira' - Laurence Ndadaye
Laurence Ndadaye yarokotse ubwicanyi bwahitanye umugabo wiwe mw'itembagazwa ry'ubutegets vyo ku wa 21 z'ukwezi kwa cumi mu 1993, ari kumwe n'abana biwe batatu. Melchior Ndadaye yari amaze imisi 102 gusa ku butegetsi.
Imyaka irenga 10 kwa muganga: Uko abarwayi bahindutse abaturage b'ibitaro bya Kabgayi
Mu bitaro bya Kabgayi, biherereye mu majyepfo y'u Rwanda, hari abarwayi bamazemo imyaka irenga 10, bakaba nta yandi mahitamo bafite uretse ayo gukomeza gutegereza.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































